Kaze tuyage kahise k'u Burundi
Welcome
October 13, 2022
Mu Burundi dufise kahise katavugwa kumwe.
Harageze ko Abarundi bamenya UKURI bakamenya ko bavukana gutyo basesa nkuyoze batangure kwikorera amaboko.
Ababunzwe mu mitima n'amacakubiri tubateshe abanse tubashengeze tubacire umukenke.
IKINYOMA KIRANYARUKA ARIKO NTIGISIGA UKURI
Visit our website to get notified latest news and updates.
Visit our websiteWelcome